ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 20:4-6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Yesaya ataranashika ku mbuga yo hagati ku kirimba, Yehova amubwira+ ati: 5 «Subira inyuma ubwire Hezekiya indongozi y’abantu banje uti: “Yehova Imana ya sogokuruza Dawidi avuze ati: ‘Numvise isengesho ryawe, ndabona n’amosozi yawe+. Ngira ndagukize+. Hirya y’ejo* uzoduga uje ku nzu ya Yehova+. 6 Nzokwongera imyaka 15 yo kubaho, kandi wewe n’iki gisagara nzobakiza umwami wa Ashuri+. Nzorwanira iki gisagara ku bwanje no ku bw’umusavyi wanje Dawidi+.’”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika