Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Ubu rero nimumenye ko ari jewe ndi Imana+,nta zindi mana zihari atari jewe+. Ndica nkongera ngakiza+. Ndakomeretsa+ nkongera nkavura+,kandi nta wushobora kurokora ikiri mu kuboko kwanje+. 1 Samweli 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova arashoboye kwica no gukiza*.Arashoboye kumanura umuntu mu kuzimu no kumukurayo+.
39 Ubu rero nimumenye ko ari jewe ndi Imana+,nta zindi mana zihari atari jewe+. Ndica nkongera ngakiza+. Ndakomeretsa+ nkongera nkavura+,kandi nta wushobora kurokora ikiri mu kuboko kwanje+.