Zaburi 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Erega abapfuye ntibashobora kuvuga* ivyawe.Ni nde yogushemeza ari mu kuzimu+? Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko abazima bazi ko bazopfa+, ariko abapfuye nta na kimwe bazi+, kandi nta n’impembo* baba bakironka, kuko ivyabo vyose biba vyaramaze kwibagirwa+.
5 Kuko abazima bazi ko bazopfa+, ariko abapfuye nta na kimwe bazi+, kandi nta n’impembo* baba bakironka, kuko ivyabo vyose biba vyaramaze kwibagirwa+.