Zaburi 30:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ewe Yehova, warandugije unkura mu kuzimu+. Waranzigamye, undinda kumanuka mu cobo*+. Zaburi 86:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 kuko urukundo* unkunda ari rwinshi,kandi wararokoye ubuzima bwanje ngo ntibuje mu kuzimu+. Yona 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Naradwibiye manuka epfo mu matanguriro y’imisozi. Ivyugazo vy’isi vyariko biranyugarana ibihe bidahera. Mugabo warakuye ubuzima bwanje mu cobo, ewe Yehova Mana yanje+!
6 Naradwibiye manuka epfo mu matanguriro y’imisozi. Ivyugazo vy’isi vyariko biranyugarana ibihe bidahera. Mugabo warakuye ubuzima bwanje mu cobo, ewe Yehova Mana yanje+!