Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko abazima bazi ko bazopfa+, ariko abapfuye nta na kimwe bazi+, kandi nta n’impembo* baba bakironka, kuko ivyabo vyose biba vyaramaze kwibagirwa+. Umusiguzi 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Igikorwa cose uronse ugikorane inkomezi zawe zose, kuko ata gikorwa canke umugambi canke ubumenyi canke ubwenge* biri mu kuzimu+, aho uriko uraja.
5 Kuko abazima bazi ko bazopfa+, ariko abapfuye nta na kimwe bazi+, kandi nta n’impembo* baba bakironka, kuko ivyabo vyose biba vyaramaze kwibagirwa+.
10 Igikorwa cose uronse ugikorane inkomezi zawe zose, kuko ata gikorwa canke umugambi canke ubumenyi canke ubwenge* biri mu kuzimu+, aho uriko uraja.