ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 20:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 «Subira inyuma ubwire Hezekiya indongozi y’abantu banje uti: “Yehova Imana ya sogokuruza Dawidi avuze ati: ‘Numvise isengesho ryawe, ndabona n’amosozi yawe+. Ngira ndagukize+. Hirya y’ejo* uzoduga uje ku nzu ya Yehova+.

  • Zaburi 84:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ndashashaye cane,

      emwe ndipfuza cane

      ibigo vya Yehova+.

      Umutima wanje n’umubiri wanje birashemeza Imana nzima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika