2 Abami 20:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yesaya aca avuga ati: «Nimuzane insukoni zumye zibumbabumvye.» Nuko barazizana bazishira ku gihute, maze Hezekiya atangura gutora mitende+.
7 Yesaya aca avuga ati: «Nimuzane insukoni zumye zibumbabumvye.» Nuko barazizana bazishira ku gihute, maze Hezekiya atangura gutora mitende+.