Yesaya 53:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Azoduga nk’agashami+ imbere yiwe*, nk’umuzi mu gihugu kigadutse. Nta bwiza butangaje afise, eka nta n’ubwiza buhebuje afise+.Kandi tumubonye, ukuntu asa ntigutuma tumushima*. Zakariya 6:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze umubwire uti:“Yehova Nyeningabo avuze ati : ‘Uyu mugabo yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe, kandi azokwubaka urusengero rwa Yehova+. Ivyahishuwe 22:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje gushingira intahe ivyo bintu ku neza y’amashengero. Ni jewe muzi w’uruvyaro rwa Dawidi+, na ya nyenyeri yo mu gatondo yakaka+.”»
2 Azoduga nk’agashami+ imbere yiwe*, nk’umuzi mu gihugu kigadutse. Nta bwiza butangaje afise, eka nta n’ubwiza buhebuje afise+.Kandi tumubonye, ukuntu asa ntigutuma tumushima*.
12 Maze umubwire uti:“Yehova Nyeningabo avuze ati : ‘Uyu mugabo yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe, kandi azokwubaka urusengero rwa Yehova+.
16 Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje gushingira intahe ivyo bintu ku neza y’amashengero. Ni jewe muzi w’uruvyaro rwa Dawidi+, na ya nyenyeri yo mu gatondo yakaka+.”»