Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Agashami+ kazoshamika kava ku gishitsi ca Yese+,kandi umunago+ uvuye mu mizi yiwe uzokwama ivyamwa. Yesaya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Azocira urubanza umuntu muto ata karenganyo*.Azokosora abantu mu bugororotsi ku neza y’abicisha bugufi* bo kw’isi. Azokubitisha isi inkoni y’akanwa kiwe+,yicishe umubisha impemu* z’iminwa yiwe+. Yeremiya 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 «Mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze, «nzonagishiriza Dawidi umunago* ugororotse+. Hari umwami azoganza+ kandi azokorana ubukerebutsi, ashigikire ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+. Abaheburayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umunezero kuruta bagenzawe+.»
11 Agashami+ kazoshamika kava ku gishitsi ca Yese+,kandi umunago+ uvuye mu mizi yiwe uzokwama ivyamwa.
4 Azocira urubanza umuntu muto ata karenganyo*.Azokosora abantu mu bugororotsi ku neza y’abicisha bugufi* bo kw’isi. Azokubitisha isi inkoni y’akanwa kiwe+,yicishe umubisha impemu* z’iminwa yiwe+.
5 «Mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze, «nzonagishiriza Dawidi umunago* ugororotse+. Hari umwami azoganza+ kandi azokorana ubukerebutsi, ashigikire ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+.
9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umunezero kuruta bagenzawe+.»