-
2 Abami 10:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Avuye ng’aho, ahura na Yehonadabu+ mwene Rekabu+ aje kumusanganira. Aramuramutsa* maze amubaza ati: «Umutima wawe woba uri kumwe nanje vy’ukuri*, nk’uko umutima wanje uri kumwe n’uwawe?»
Yehonadabu yishura ati: «Egome.»
Yehu aca avuga ati: «Ari ukwo rero, mpa ukuboko kwawe.»
Nuko amuha ukuboko kwiwe, Yehu aca amwuriza mu mukogote wiwe.
-