ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Nimwiyoze, mwihumanure+.

      Nimunkure mu maso ibintu bibi mukora,

      mureke gukora ikibi+.

  • Yeremiya 25:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Bababwira bati: “Enda nimuhindukire, umwe wese ahebe ingeso ziwe mbi n’ibikorwa vyiwe bibi+. Muzoheza mubandanye kuba mu gihugu jewe Yehova nabahaye mwe na ba sogokuruza kuva kera, mukibemwo igihe kirekire.

  • Ezekiyeli 18:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 “Ku bw’ivyo rero yemwe Bisirayeli, umwe wese muri mwebwe nzomucira urubanza nisunze ivyo akora+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. “Nimuhebe, ni ukuri nimuhebe rwose ibicumuro vyose mukora, kugira ntibibabere igitsitaza gituma mwagirwa n’icaha.

  • Hoseya 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 «Ewe Isirayeli, garuka kuri Yehova Imana yawe+,

      kuko watsitaye kubera ikosa ryawe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika