19 Abagore bongerako bati: «Twarashikanira ibimazi umwamikazi w’ijuru tukamusukira amashikanwa y’ibinyobwa. None ugira ngo ntitwaba twagishije inama abagabo bacu imbere yo gukora udukate tw’ibimazi dufise ishusho yiwe, n’imbere yo kumusukira amashikanwa y’ibinyobwa?»