ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Aya ni yo mabwirizwa, amategeko n’ingingo Yehova Imana yanyu yatanze ngo muvyigishwe, kugira muze mubikurikize nimwajabuka Yorodani mukinjira mu gihugu mugira mwigarurire. 2 Ivyo bizotuma mwebwe n’abana banyu n’abuzukuru banyu mutinya Yehova Imana yanyu, maze mukurikize amabwirizwa yiwe yose n’amategeko yiwe ndabategetse+, mu misi yose y’ubuzima bwanyu kugira murambe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika