ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kuko imana zawe zisigaye ari nyinshi nk’ibisagara vyawe, ewe Buyuda, kandi ya mana y’akamaramaza* Bayali mwayubakiye ibicaniro vyinshi bingana n’amabarabara y’i Yeruzalemu, ibicaniro vyo kuyishikanirako ibimazi+.”

  • Ezekiyeli 16:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 “Wiyubakiye ikintu kimeze nk’agasozi, witunganiriza ikibanza co gusengeramwo mu bibanza rusangi vyose. 25 Wubatse ibibanza vyawe vyo gusengeramwo mu bibanza biri ahabona cane ku mabarabara yose, utuma ubwiza bwawe buba ikintu gishisha mu kwiha* uwuhita wese+, ugwiza ubumaraya bwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika