ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 9:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Iyi nzu wubatse izosigara ari ibihomvagurike+. Uwuzoyica iruhande wese azoyiraba yumirwe, avuze agahwa, abaze ati: “Mbe basha iki gihugu n’iyi nzu Yehova yabihoye iki+?” 9 Bazomwishura bati: “Abantu bahaba barahevye Yehova Imana yabo yakuye ba sekuruza babo mu gihugu ca Misiri, baja ku zindi mana, barazunamira barazisenga*. Ni co catumye Yehova abateza ibi vyago vyose+.”»

  • Gucura intimba 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Abahita ku nzira bose bakubita urushi ku rundi baguhema+.

      Bavuza agahwa bumiwe+ kandi bakazungiriza umutwe umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati:

      «Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: “Ni ubwiza butagira akanenge, umunezero w’isi yose+”?»

  • Ezekiyeli 33:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova igihugu ninagitikiza kigasigara ari umusaka vy’ukuri+, kubera ibintu vyose bishisha bakoze+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika