ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 6:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 «Kuko kuva ku muto gushika ku mukuru, umwe wese yironderera inyungu mbi+,

      kandi kuva ku muhanuzi gushika ku muherezi, bose bakoresha uruyeri+.

      14 Kandi bagerageza kuvura nabinabi* aho abantu banje bavunitse*, bakavuga bati:

      “Hari amahoro! Hari amahoro!”,

      kandi ata mahoro ariho+.

  • Yeremiya 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nca mvuga nti: «Yoo, Mukama Segaba Yehova! Erega abahanuzi bababwira ngo: “Nta nkota muzobona, kandi nta nzara izobatera, ahubwo Imana izotuma mwibera amahoro vy’ukuri aha hantu+.”»

  • Yeremiya 23:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yehova Nyeningabo avuze ati:

      «Ntimwumvirize ivyo abahanuzi bababwira+.

      Barabahenda*.

      Ibintu bavuga ko beretswe ni ivyo bikurira mu mutima wabo bwite+,

      si ibiva mu kanwa ka Yehova+.

      17 Baguma babwira abatanyubaha ngo:

      “Yehova avuze ati: ‘Muzogira amahoro+.’”

      Abakurikira umutima wabo w’intagondwa bababwira ngo:

      “Nta vyago bizobashikira+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika