1 Abami 12:28, 29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Umwami amaze guhanuza abajanama biwe, akora inyana zibiri z’inzahabu+ aca abwira abantu ati: «Yaco muza muriruhisha muduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye ikagukura mu gihugu ca Misiri+.» 29 Maze inyana imwe ayishira i Beteli+, iyindi na yo ayishira i Dani+. Hoseya 10:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ewe Beteli, ivyo ni vyo bizogushikira+ kubera ukora ikibi kibishe. Emwe mu mutwenzi, umwami wa Isirayeli ntazoba akiriho+.» Amosi 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ntimuje* i Beteli+.Ntimuje i Gilugali+ canke ngo mujabuke i Beri-Sheba+,kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+,Beteli na yo igacika ubusa*.
28 Umwami amaze guhanuza abajanama biwe, akora inyana zibiri z’inzahabu+ aca abwira abantu ati: «Yaco muza muriruhisha muduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye ikagukura mu gihugu ca Misiri+.» 29 Maze inyana imwe ayishira i Beteli+, iyindi na yo ayishira i Dani+.
15 Ewe Beteli, ivyo ni vyo bizogushikira+ kubera ukora ikibi kibishe. Emwe mu mutwenzi, umwami wa Isirayeli ntazoba akiriho+.»
5 Ntimuje* i Beteli+.Ntimuje i Gilugali+ canke ngo mujabuke i Beri-Sheba+,kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+,Beteli na yo igacika ubusa*.