ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 32:37, 38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Abakomoka kuri Rubeni na bo bubaka Heshiboni+, Eleyale+, Kiriyatayimu+, 38 Nebo+ na Bayali-Meyoni+, baraheza babiha ayandi mazina. Bubaka na Sibuma, baca batangura guha amazina mashasha ivyo bisagara bubatse.

  • Yosuwa 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Iyi ni yo ntoranwa Musa yahaye umuryango w’Abarubeni hisunzwe ingo zabo.

  • Yosuwa 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Heshiboni n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni, Bamoti-Bayali, Beti-Bayali-Meyoni+,

  • Ezekiyeli 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 ngira ntume vyoroha gutera uruhande* rwa Mowabu ruri hafi y’ibisagara vyo ku mupaka waho, n’ibisagara vyizavyiza* vy’ico gihugu ari vyo Beti-Yeshimoti, Bayali-Meyoni, gushika n’i Kiriyatayimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika