Yeremiya 51:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Babiloni yatemvye giturumbuka aravunika+. Nimumuborogere+. Nimurondere amavuta yo kuvura* ububabare bwiwe. Hari aho yokira.» Ivyahishuwe 14:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Haza uwundi mumarayika agira kabiri, maze avuga ati: «Yatemvye! Babiloni Akomeye+ yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*+!»
8 Babiloni yatemvye giturumbuka aravunika+. Nimumuborogere+. Nimurondere amavuta yo kuvura* ububabare bwiwe. Hari aho yokira.»
8 Haza uwundi mumarayika agira kabiri, maze avuga ati: «Yatemvye! Babiloni Akomeye+ yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*+!»