Hoseya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mu nyuma Abisirayeli bazogaruka barondere Yehova Imana yabo+ na Dawidi umwami wabo+, kandi mu misi y’iherezo bazoza kuri Yehova bajugumira kugira abahe umuhezagiro wiwe+.
5 Mu nyuma Abisirayeli bazogaruka barondere Yehova Imana yabo+ na Dawidi umwami wabo+, kandi mu misi y’iherezo bazoza kuri Yehova bajugumira kugira abahe umuhezagiro wiwe+.