ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Umuntu wese azosubira mu b’iwabo,

      umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+,

      nka kurya kw’ingeregere bariko barahiga, nka kurya kw’ubusho butagira umwungere.

  • Yeremiya 51:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 «Twaragerageje kuvura Babiloni mugabo ntiyakira.

      Nimumuhebe twigire, umwe wese yigire mu gihugu ciwe+.

      Kuko ivyaha vyiwe vyashitse mw’ijuru.

      Vyararundanye bishika no mu bicu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika