Yesaya 11:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kandi hazobaho ibarabara rikuru*+ riva muri Ashuri ku bw’amasigarira y’abantu biwe bazoba bagisigaye+,nk’uko nyene habayeho inzira Isirayeli yaciyemwo umusi yava mu gihugu ca Misiri. Yesaya 65:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ku bw’abantu banje bandondera,i Sharoni+ hazocika ahantu ho kuragira intama,ikiyaya ca Akori+ kibe ahantu inka ziruhukira. Yeremiya 23:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 «Nzoca nkoraniriza hamwe intama zanje zisigaye, ndazikuye mu bihugu vyose nazishwiragijemwo+. Nzozigarukana aho zahora ziragirirwa+ maze zirondoke, zigwire+. Yeremiya 33:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nzogarukana abo mu Buyuda n’abo muri Isirayeli bagizwe imbohe+, kandi nzobubaka nk’uko nabigize mu ntango+. Ezekiyeli 34:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzozigaburirira mu buragiro bwiza, kandi ku misozi miremire yo muri Isirayeli ni ho zizorisha+. Aho ni ho zizovyagira mu bwatsi bwiza+, zirishe mu buragiro bwiza cane ku misozi ya Isirayeli.’ Mika 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Yakobo, nzokoranya vy’ukuri abagukomokako bose.Nzokwegeraniriza hamwe koko Abisirayeli basigaye+. Nzobashira hamwe nk’intama mu ruhongore,nk’ubusho mu buragiro bwabwo+.Hazoba uruyogoyogo rw’abantu+.”
16 Kandi hazobaho ibarabara rikuru*+ riva muri Ashuri ku bw’amasigarira y’abantu biwe bazoba bagisigaye+,nk’uko nyene habayeho inzira Isirayeli yaciyemwo umusi yava mu gihugu ca Misiri.
10 Ku bw’abantu banje bandondera,i Sharoni+ hazocika ahantu ho kuragira intama,ikiyaya ca Akori+ kibe ahantu inka ziruhukira.
3 «Nzoca nkoraniriza hamwe intama zanje zisigaye, ndazikuye mu bihugu vyose nazishwiragijemwo+. Nzozigarukana aho zahora ziragirirwa+ maze zirondoke, zigwire+.
7 Nzogarukana abo mu Buyuda n’abo muri Isirayeli bagizwe imbohe+, kandi nzobubaka nk’uko nabigize mu ntango+.
14 Nzozigaburirira mu buragiro bwiza, kandi ku misozi miremire yo muri Isirayeli ni ho zizorisha+. Aho ni ho zizovyagira mu bwatsi bwiza+, zirishe mu buragiro bwiza cane ku misozi ya Isirayeli.’
12 Ewe Yakobo, nzokoranya vy’ukuri abagukomokako bose.Nzokwegeraniriza hamwe koko Abisirayeli basigaye+. Nzobashira hamwe nk’intama mu ruhongore,nk’ubusho mu buragiro bwabwo+.Hazoba uruyogoyogo rw’abantu+.”