ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 23:22, 23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ku bw’ivyo rero ga Oholiba, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ba bakunzi bawe+, bamwe wazinukwa ugaheba, ngira ndabagushuhurireko. Ngira ndabazane bagutere bavuye impande zose+: 23 Abanyababiloni+ n’Abakaludaya bose+, abagabo b’i Pekodi+, i Showa n’i Kowa hamwe n’Abashuri bose. Bose ni abasore bezabeza, ba buramatari n’abatware bo hasi, abarwanyi n’abacaguwe mu bandi*, bose bakaba bagendera ku mafarasi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika