ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 51:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 «Ehe raba Sheshaki* yafashwe+!

      Ehe raba umwe yahora ashemagizwa kw’isi yose yacakiwe+!

      Ehe raba Babiloni yacitse akajoreza mu mahanga!

  • Ivyahishuwe 18:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Abadandaza bahora bagurisha ivyo bintu kandi batungishijwe na we, bazohagarara kure kubera batinya ukubabazwa kwiwe, bamuririre kandi bamugandarire, 16 bavuge bati: “Birababaje, birababaje! Ca gisagara kinini, kimwe cahora cambara impuzu z’ilino nziza, iz’umuyugubwe n’iz’agahama, kikambara n’udusharizo tw’inzahabu, amabuye y’agaciro n’imaragarita+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika