ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 51:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Uwujejwe gutwara amakete* ariruka agahura n’uwundi,

      n’intumwa ikiruka igahura n’iyindi,

      ngo bamenyeshe umwami wa Babiloni ko igisagara ciwe cafashwe ku mpande zose+,

  • Daniyeli 5:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Belushazari umwami w’Umukaludaya aca yicwa muri iryo joro nyene+.

  • Ivyahishuwe 18:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza ku musi umwe: urupfu, ikigandaro n’inzara, kandi azosha ahere+, kuko Yehova* Imana yamuciriye urubanza akomeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika