ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Wibwiye mu mutima wawe ngo: “Nzoduga mw’ijuru+.

      Nzoshira intebe yanje y’ubwami hejuru y’inyenyeri z’Imana+,

      mvyagire ku musozi w’ibonaniro,

      mu mihingo ya kure cane yo mu buraruko+.

  • Daniyeli 4:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Umwami aca avuga ati: «Mbega iyi si Babiloni ikomeye, iyo jewe ubwanje niyubakiye ngo ibe ikirimba c’umwami, nkoresheje inguvu zanje n’ububasha bwanje, kugira ngo icubahiro canje kininahazwe?»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika