Yesaya 47:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Narashavuriye abantu banje+. Narahumanije ihanga ryanje*+,maze ndabatanga mu kuboko kwawe+. Mugabo nta kagongwe wabagiriye+. N’umutama wamuremetse umutwaro* uremereye+.
6 Narashavuriye abantu banje+. Narahumanije ihanga ryanje*+,maze ndabatanga mu kuboko kwawe+. Mugabo nta kagongwe wabagiriye+. N’umutama wamuremetse umutwaro* uremereye+.