Yesaya 41:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ntutinye, wewe musiba* Yakobo+,mwebwe bantu ba Isirayeli. Nzogufasha», ni ko Yehova avuze, wa Mucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli. Ivyahishuwe 18:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza ku musi umwe: urupfu, ikigandaro n’inzara, kandi azosha ahere+, kuko Yehova* Imana yamuciriye urubanza akomeye+.
14 Ntutinye, wewe musiba* Yakobo+,mwebwe bantu ba Isirayeli. Nzogufasha», ni ko Yehova avuze, wa Mucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli.
8 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza ku musi umwe: urupfu, ikigandaro n’inzara, kandi azosha ahere+, kuko Yehova* Imana yamuciriye urubanza akomeye+.