-
Yesaya 47:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Abajanama bawe benshi bakurambiye.
-
-
Daniyeli 5:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Umwami aca arasemerera ngo bazane abapfumu*, Abakaludaya* n’abaragurisha inyenyeri+. Maze abwira incabwenge* z’i Babiloni ati: «Umuntu wese aza gusoma ibi bintu kandi akambwira insobanuro yavyo, azoca yambikwa impuzu y’umuyugubwe* n’umugufu w’inzahabu mw’izosi+, kandi azoca aba umutegetsi agira gatatu mu bwami+.»
-