Yesaya 13:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abantu barandutse umutima+. Barigonyonzora bakagira ububabarenk’umugore ariko aribaruka. Bararabana bajorewe,mu maso harunguye kubera amaganya.
8 Abantu barandutse umutima+. Barigonyonzora bakagira ububabarenk’umugore ariko aribaruka. Bararabana bajorewe,mu maso harunguye kubera amaganya.