Yesaya 45:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nzoguha amatungo ari mu mwiza,n’amatungo anyegejwe mu bibanza vyihishije+,kugira ngo umenye yuko ndi Yehova,Imana ya Isirayeli, Umwe aguhamagaye mw’izina ryawe+.
3 Nzoguha amatungo ari mu mwiza,n’amatungo anyegejwe mu bibanza vyihishije+,kugira ngo umenye yuko ndi Yehova,Imana ya Isirayeli, Umwe aguhamagaye mw’izina ryawe+.