ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 44:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Ndi Umwe abwira amazi yo mw’ibenga ati: “Kama*,

      n’inzuzi zanyu zose nzozikamya+.”

  • Yeremiya 51:36, 37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Yehova rero avuze ati:

      «Ehe ngira ndakuburanire+,

      kandi nzoguhōra+.

      Nzokamya ikiyaga ciwe, nkamye n’amariba yiwe+.

      37 Babiloni azocika ibirundo vy’amabuye+,

      ahantu imbwebwe ziba+,

      asigare ari akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa,

      ahantu ata muntu aba+.

  • Ivyahishuwe 16:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Uwa gatandatu asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+. Amazi yarwo aca arakama+, kugira hategurwe inzira y’abami+ bava mu buseruko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika