ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 46:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Beli* irunamye+, Nebo irigonze.

      Ibishusho vyavyo bitwarwa n’ibikoko, emwe ibikoko bitwara imizigo+.

      Bimeze nk’imizigo iremereye ibikoko birushe.

  • Yeremiya 51:44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 44 Nzokwitaho ivya Beli*+ i Babiloni,

      ndayikure mu kanwa ivyo yamize+.

      Amahanga ntazosubira kuyirukira

      kandi uruzitiro rwa Babiloni ruzogwa+.

  • Yeremiya 51:52
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 52 «Ehe raba rero! Mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze,

      «nzohagurukira ibishusho vyiwe bibajwe,

      kandi mu gihugu ciwe cose abakomeretse bazoniha+.»

  • Daniyeli 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Umwami Belushazari+ yateguriye inzimano idasanzwe abantu igihumbi bo mu banyacubahiro biwe, kandi yariko aranywa umuvinyu imbere yabo+.

  • Daniyeli 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nuko banywa umuvinyu bongera bashemeza imana z’inzahabu n’iz’ifeza, iz’umujumpu n’iz’icuma, iz’ibiti n’iz’amabuye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika