ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 “Mugabo iyo myaka 70 niyakwira+, nzohana umwami wa Babiloni n’iryo hanga kubera ikosa ryabo+”, ni ko Yehova avuze. “Nzotuma igihugu c’Abakaludaya gicika umusaka ibihe vyose+.

  • Yeremiya 51:43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 43 Ibisagara vyiwe vyacitse akajoreza, ahantu hatagira amazi, h’ubugaragwa.

      Bisigaye ari ahantu ata muntu n’umwe azoba canke ngo hagire uwuhaca+.

  • Yeremiya 51:64
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 64 Maze uvuge uti: “Uku ni ko Babiloni azonyika ntiyongere guhaguruka+ kubera ivyago ngira ndamuteze, kandi abantu baho bazoruha+.”»

      Amajambo ya Yeremiya agarukiye aha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika