ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Yehova n’abo azokoresha nk’ibirwanisho vy’uburake bwiwe,

      bariko baraza bavuye mu gihugu ca kure+,

      bavuye kure cane iyo catawe*

      kugira bahonye isi yose+.

  • Yesaya 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ehe ngira ndabahagurukirize Abamedi+,

      bamwe babona ifeza nk’aho ari ubusa

      n’inzahabu ntibanezere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika