Daniyeli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umwami aca arijirwa*, ivyiyumviro vyiwe bimutera ubwoba, arajugumira mu mafyinga+, amavi yiwe na yo atangura kudegedwa.
6 Umwami aca arijirwa*, ivyiyumviro vyiwe bimutera ubwoba, arajugumira mu mafyinga+, amavi yiwe na yo atangura kudegedwa.