Yesaya 41:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Hari umuntu nahagurukije mu buraruko, kandi azoza+.Ni umuntu ava i burasirazuba*+ azokwambaza izina ryanje. Azohonyanga abatware* nk’aho boba ari ibumba+,nka kurya umubumvyi ahonyanga ibumba ribisi.
25 Hari umuntu nahagurukije mu buraruko, kandi azoza+.Ni umuntu ava i burasirazuba*+ azokwambaza izina ryanje. Azohonyanga abatware* nk’aho boba ari ibumba+,nka kurya umubumvyi ahonyanga ibumba ribisi.