ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 49:19-21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Raba! Hari umuntu azoduga nk’intambwe+ ivuye mu bisaka vy’inzitane vyo ku nkengera ya Yorodani, aje gutera uburagiro butekanye. Mugabo mu kanya gatoyi nzotuma bahunga* igihugu cabo. Uwo natoye ni we nzoshiraho ngo akiganze. Mbega hari uwumeze nkanje? Hari uwompigisha? Hari umwungere yompagarara imbere+? 20 Nimwumve rero yemwe ingingo* Yehova yafatiye Edomu, n’ivyo yiyumviriye gukorera ababa i Temani+:

      Ni ukuri, imyagazi yo mu busho izoburutwa.

      Azotuma aho yahora iba hacika umusaka kubera bo+.

      21 Isi yumvise ijwi ry’ugutemba kwabo ica iratigita.

      Hari amaborogo!

      Ijwi ryumvikanye gushika ku kiyaga Gitukura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika