Ivyahishuwe 18:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abami bo kw’isi bahora basambana* na we kandi bagasangira na we ibihinda vyiwe vy’agaterasoni, bazomuririra bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu, nibabona umwotsi wiwe igihe azoba ariko arasha.
9 Abami bo kw’isi bahora basambana* na we kandi bagasangira na we ibihinda vyiwe vy’agaterasoni, bazomuririra bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu, nibabona umwotsi wiwe igihe azoba ariko arasha.