ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Yehoyakini+ yabaye umwami afise imyaka 18, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Nehushita, akaba yari umukobwa wa Elinatani w’i Yeruzalemu.

  • Yeremiya 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Maze Yehova anyereka ibisimbo bibiri vy’insukoni biteretse imbere y’urusengero rwa Yehova. Hari inyuma y’aho Nebukadinezari* umwami wa Babiloni ajaniye mu bunyagano Yekoniya*+ mwene Yehoyakimu+, umwami w’Ubuyuda, n’abatware* bo mu Buyuda n’abanyamyuga b’abahinga be n’abacuzi*. Yabakuye i Yeruzalemu abajana i Babiloni+.

  • Yeremiya 37:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Nuko umwami Zedekiya+ mwene Yosiya atangura kuganza mu kibanza ca Koniya*+ mwene Yehoyakimu, kuko Nebukadinezari* umwami wa Babiloni yari yamugize umwami w’Ubuyuda+.

  • Matayo 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Yosiya+ yavyaye Yekoniya+ na benewabo igihe Abayuda bajanwa kugirwa imbohe i Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika