-
Zefaniya 1:4, 5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 «Nzoramvura ukuboko kugira nkubite Ubuyuda
n’ababa i Yeruzalemu bose;
nzozimanganya muri iki kibanza ibisigarira vyose vya Bayali+,
izina ry’abaherezi b’imana z’inyamahanga n’abaherezi bahemutse+;
5 nzohonya abunamira ingabo zo kw’ijuru*+ bari hejuru ku mazu,
abunama basezerana ko batazompemukira jewe Yehova+
bakongera bagasezerana ko batazohemukira Malikamu+.
-