ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 56:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ni imbwa z’ameru akaze.

      Ntibigera bahaga.

      Ni abungere badategera+.

      Bose bajanye inzira yabo bwite.

      Umwe wese yironderera inyungu mbi, akavuga ati:

  • Ezekiyeli 33:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Bazoza ari benshi, bicare imbere yawe nk’abantu banje. Bazokwumva ivyo uvuga mugabo ntibazobikora+, kuko bakoresha akarimi kabo bakubwira amajambo asosa*, mugabo umutima wabo uhahamiye inyungu mbi.

  • Mika 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Indongozi* zaho ziraka igiturire mu guca imanza+,

      abaherezi baho bakigisha ari uko babarishe+,

      n’abahanuzi baho bagasaba amahera* kugira baragure+.

      Yamara bishimikiza Yehova* bakavuga ngo:

      «None Yehova ntari kumwe natwe+?

      Nta cago kizodushikira+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika