Gusubira mu vyagezwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova Imana yanyu yarabahezagiye mu vyo mwakoze vyose. Yabagumijeko ijisho mu rugendo rwose mwagize muri ubu bugaragwa bunini. Muri iyi myaka 40 yose, Yehova Imana yanyu yagumanye namwe kandi nta na kimwe mwabuze+.’”
7 Yehova Imana yanyu yarabahezagiye mu vyo mwakoze vyose. Yabagumijeko ijisho mu rugendo rwose mwagize muri ubu bugaragwa bunini. Muri iyi myaka 40 yose, Yehova Imana yanyu yagumanye namwe kandi nta na kimwe mwabuze+.’”