Yeremiya 4:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nararavye, ndabura umuntu n’umwe,n’inyoni zo mu kirere zose zari zahunze+. Zefaniya 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 «Nzohonya umuntu n’igikoko. Nzohonya inyoni zo mu kirere n’amafi yo mu kiyaga+,nzimanganye ibitsitaza*+ n’abantu bakora ibibi.Nzorandura abantu kw’isi», ni ko Yehova avuze.
3 «Nzohonya umuntu n’igikoko. Nzohonya inyoni zo mu kirere n’amafi yo mu kiyaga+,nzimanganye ibitsitaza*+ n’abantu bakora ibibi.Nzorandura abantu kw’isi», ni ko Yehova avuze.