Yeremiya 4:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye,amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere,ijwi ry’umukobwa wa Siyoni* aguma ahezagirika. Aguma ata amaboko+ avuga ati: «Ndagowe yemwe, abicanyi baranduhije!» Ezekiyeli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abantu babo bazorokoka bagashobora guhunga, bazoja mu misozi kandi umwe wese muri bo azonihagira kubera ikosa ryiwe, nka kurya kw’inuma zo mu mibande+. Mika 1:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ku bw’ivyo, nzorira mboroge+.nzogenda ata birato nambaye kandi ndi gusa+. Nzorira nk’imbwebwe,mboroge nk’ibinyoni vyitwa imbuni*. 9 Kuko uruguma rwiwe rudashobora gukira+.Rwarashitse no mu Buyuda+. Icago carakwiragiye gushika kw’irembo ry’abantu bo mw’ihanga ryacu, gushika i Yeruzalemu+.
31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye,amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere,ijwi ry’umukobwa wa Siyoni* aguma ahezagirika. Aguma ata amaboko+ avuga ati: «Ndagowe yemwe, abicanyi baranduhije!»
16 Abantu babo bazorokoka bagashobora guhunga, bazoja mu misozi kandi umwe wese muri bo azonihagira kubera ikosa ryiwe, nka kurya kw’inuma zo mu mibande+.
8 Ku bw’ivyo, nzorira mboroge+.nzogenda ata birato nambaye kandi ndi gusa+. Nzorira nk’imbwebwe,mboroge nk’ibinyoni vyitwa imbuni*. 9 Kuko uruguma rwiwe rudashobora gukira+.Rwarashitse no mu Buyuda+. Icago carakwiragiye gushika kw’irembo ry’abantu bo mw’ihanga ryacu, gushika i Yeruzalemu+.