Gucura intimba 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Basemerera bababwira ngo: «Nimwigireyo! Mwa bihumane mwe! Nimwigireyo! Nimwigireyo! Ntimudukoreko!» Basigaye batagira aho baba. Baguma bayerera. Mu mahanga abantu bavuze ngo: «Ntibashobora kugumana natwe ng’aha*+. Mika 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Haguruka mugende, kuko aha atari ahantu ho kuruhukira. Hari agatikizo, agatikizo gateye umubabaro+, kubera ubuhumane+.
15 Basemerera bababwira ngo: «Nimwigireyo! Mwa bihumane mwe! Nimwigireyo! Nimwigireyo! Ntimudukoreko!» Basigaye batagira aho baba. Baguma bayerera. Mu mahanga abantu bavuze ngo: «Ntibashobora kugumana natwe ng’aha*+.
10 Haguruka mugende, kuko aha atari ahantu ho kuruhukira. Hari agatikizo, agatikizo gateye umubabaro+, kubera ubuhumane+.