-
Yeremiya 16:3, 4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Kuko ku bijanye n’abahungu n’abakobwa bavukira aha hantu no ku bijanye na ba nyina babibaruka hamwe na ba se babavyarira muri iki gihugu, Yehova avuze ati: 4 “Bazokwicwa n’indwara zica+, ariko nta wuzobaririra canke ngo abahambe. Bazoba nk’intabire mu murima+. Bazomarwa n’inkota n’inzara+, kandi imivyimba yabo izoribwa n’inyoni zo mu kirere be n’ibikoko vyo kw’isi.”
-