ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 99:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Ni umwami akomeye akunda ubutungane+.

      Waratsimbataje ubugororotsi.

      Wazaniye ubutungane n’ubugororotsi+ abakomoka kuri Yakobo.

  • Hoseya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Kuko urukundo* ari rwo rumpimbara, si ibimazi,

      kandi ukumenya Imana ni kwo kumpimbara, si amashikanwa aturirwa uko yakabaye+.

  • Mika 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ewe muntu, yarakubwiye iciza ico ari co.

      None hari ikindi Yehova agusaba*?

      Ico agusaba gusa ni ugukurikiza ubutungane*+, gukunda ukudahemuka*+

      no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+!

  • Mika 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Imana imeze nkawe ni iyihe,

      iharira ikosa, ikirengagiza igicumuro+ c’abasigaye bo mu ntoranwa yayo+?

      Ntuzogumana ishavu ibihe vyose,

      kuko uhimbarwa no kwerekana urukundo rudahera*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika