ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ng’uru urubanza rwaciriwe Misiri+:

      Raba! Yehova ariko aza mu Misiri agendera ku gicu kinyaruka.

      Imana ata co zimaze za Misiri zizojugumira imbere yiwe+,

      umutima w’Abanyamisiri ushongeshwe n’ubwoba.

  • Ezekiyeli 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Mwana w’umuntu, niwerekeze amaso kuri Farawo umwami wa Misiri, uvuge ubuhanuzi bw’ibizomushikira n’ibizoshikira Misiri yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika