Zaburi 115:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu,kandi vyakozwe n’amaboko y’abantu+. Zaburi 115:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ababikora bazomera nka vyo+,eka mbere n’abavyizigira bose+.